Uwo mukinyi w’umunya Monaco yashinze ishirahamwe ryitwa Fondation rifise intumbero yo gufasha urwaruka rw’Uburundi, bakaruha amahirwe yo kwiteza imbere mu buryo no mu kwigisha umwuga....
Cristiano Ronaldo araguma afise igikombe ciwe. Ku mwaka ugira gatatu ukurikiranye, uwo mukinyi w’umunya Portigal w’umukinyi wa Al-Nassr niwe ari ku rutonde rw’abakinnyi bahembwa cane...
Abafana amajana n’amajana ba FC Barcelona baragiye mu mabarabara y’igisagara ku musi w’Imana, bahimbaza intsinzi yabo bahejeje kwirahira umurwi bakebana Real Madrid ibitsindo 4-3. Iyi...
Abarundi insinzi barahuriye mu ci Genève mu gihugu ca Suisse bahujwe n’inkino, akaranga n’ ikiyago, ivyo birori vyakoranije na bava mu bihugu 9 ku migabane...