“Imana y’akandi karyo” ya Pastor Lopez itahukanye Isanganiro Award kuncuro ya 13.
“Imana y’akandi karyo” ya Pastor Lopez niyo yatahukanye ikibanza ca mbere mw’ihiganwa Isanganiro Award ku ncuro 13 ku manota  56,19 kw’ijana, ikaba igiye kumenyekanishwa mu...
