Ibigo vy’irerero ry’abana bahawe imfashanyo n’ubushikiranganji bwo gufatana mu nda.
Imfashanyo igizwe n’amata y’abana, ifu y’umusururu, isukari n’amata yo gufungura nivyo kuruyu wa 11 Mukakaro 2025, Imelde Sabushimike Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo gufatana munda n’agateka...
