Tanzaniya: Ugusubiza hamwe kw’abatavuga rumwe na reta nivyo Samia Saluhu yubakiyeko.
Samia Saluhu Hassan w’ Umukuru w’ Igihugu ca Tanzaniya akaba n’umukenyezi yitavye ubutumire bw’umugambwe Chadema (Chama cha Demokarasia na Maendeleo) utavuga rumwe na reta mu...
