Iritiro y’igitoro co mu bwoko bwa essence yashizwe ku mafaranga 4450 mu gihe yahora kuri 3985 mu gisagara ca Bujumbura, iritiro y’igitoro ca mazutu yashizwe...
Ikinyamakuru kirabereka ivyaranze bikuru bikuru mu mafoto kuri runo rubuga iminsi yose ya gatanu kugira mubone mu masanamu ivyakozwe mu Burundi kuva igenekerezo rya 01...
Ali Bongo Ondimba yaheruka gukurwa k’ubutegetsi n’igisirikare aridegemvya kuva kuruyu wa kane nkuko imboneshakure y’igihugu Gabon 24 ivyemeza, ku masanamu yerekanye k’umunsi wa gatatu mw’ijoro...
Bamwe mu bakinyi b’Intamba mu Rugamba bari ku rutonde, umumenyereza w’intamba mu rugamba, Étienne Ndayiragije, yatoye ngo bazohangane na Cameroun mu rukino rwo ku wa...
 Richard Beauvais na Eddy Ambrose bo baheruka gusanga barabagujije bakiri inzoya, bakaba babimenye bakwije imyaka 65,k Times cakoze inkuru kuri aba bagabo babiri. Ikinyamakuru c’abafaransa...