FacebookTwitterInstagramPinterestYoutube
January 14, 2026
  • Ubuzima bwite
  • Muturonka

bujamedia.com

Banner
  • Intango
  • Inkino
    • Inkino

      Primus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca…

      January 13, 2026

      Inkino

      Primus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.

      January 9, 2026

      Inkino

      Ibitsindo 21 vyaranze indwi ya 14 muri Primus Ligue Burundi.

      December 1, 2025

      Inkino

      Derby: Inter Star na Vital’O bazokina ubwa mbere ku kibuga Intwari inyuma…

      November 26, 2025

      Inkino

      Inkino 2 za kivandimwe Intamba mu Rugamba barigukina zasivye.

      November 13, 2025

  • Muburundi
    • Muburundi

      Primus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca…

      January 13, 2026

      Muburundi

      Primus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.

      January 9, 2026

      Muburundi

      Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga Royal yi…

      December 26, 2025

      Muburundi

      Cellule Urunani Centre bagiye kuramukanya mw’irerero y’impfumvyi yo mwi Jabe babashireye ibintu…

      December 23, 2025

      Muburundi

      Ubuserukizi bw’Ubuganda mu Burundi bwarashimye intambwe y’abanyeshure b’abarundi bize muri ico gihugu.

      December 23, 2025

  • Mumahanga
  • Ibigezweho
    • Politike Inkino Imibano Ubutungane Ubutunzi
      Politike

      Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga Royal yi…

      December 26, 2025

      Politike

      Varisito Ndayishimiye yarahagarariye amasezerano yo guhagarika intambara hagati yu Rwanda na Congo

      December 11, 2025

      Politike

      RDC-Rwanda : Bikuru bikuru biri mu masezerano agiye guterwako umukono.

      December 4, 2025

      Politike

      Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye arashima intambwe ibinyamakuru vyo mu Burundi bishitseko.

      December 3, 2025

  • Imyidagaduro
  • Buja FM Live
    • Buja FM
    • Buja FM Gitega
  • Imboneshakure
    • BUJA TV LIVE
    • KM TV LIVE
bujamedia.com
  • Home
  • Author Yvan Manager
Amagara

Nta Ebola canke umugera wa Marburg urashika mu Burundi.

Yvan ManagerMarch 25, 2023
by Yvan ManagerMarch 25, 20230385
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 Ntwarante 2023, Ubushikiranganji bw’ amagara y’abantu no kurwanya Sida barabeshuje ibimaze imisi bivurwa bijanye n’ umugera wa Marburg...
Politike

Umukuru w’Igihugu mw’ihuriro ry’urwaruka.

Yvan ManagerMarch 24, 2023
by Yvan ManagerMarch 24, 20230619
Ubushikiranganji bujejwe imigabo n’imigambi y’umuryango w’Afrika y’ubuseruko, urwaruka,inkino n’imicokama rwatunganije ibikorwa vy’ihuriro ry’urwaruka ku rwego rw’igihugu vyamaze iminsi ibiri, ku civugo “Urwaruka, duhindure ivyiyumviro, twitegurire...
IbigezwehoImyidagaduro

Léonce Ngabo, Ednaky, Masterland na B Face bavuze iragi Saïdi Brazza abasigiye.

Yvan ManagerMarch 24, 2023
by Yvan ManagerMarch 24, 20230687
Abaririmvyi batandutanye bo mu Burundi bagize ico bashikirije kuco umuhisi Saïdi Brazza asigiye nk’iragi abaririmvyi biki gihe harimwo kwandika neza indirimbo zirimwo ubutumwa buhanura. Bamwe...
IbigezwehoImyidagaduro

Umuririmvyi Saïdi Brazza yitavye Imana.

Yvan ManagerMarch 24, 2023March 24, 2023
by Yvan ManagerMarch 24, 2023March 24, 20230607
Mw’ijoro ryo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Ntwarante 2023 rishira uwa gatanu niho hamenyekana inkuru y’umubabaro yuko umuririmvyi Saïdi Brazza yitavye Imana muri...
Inkino

Urukino rushasha rw’ abagendana ubumuga mu Burundi.

Yvan ManagerMarch 23, 2023March 23, 2023
by Yvan ManagerMarch 23, 2023March 23, 20230708
Ishirahamwe ry’inkino ry’abagendana ubumuga mu Burundi barataguje urukino rushasha rw’abakina umupira w’amaguru kubafise ukuguru canke ukuboko kumwe. Urwo rukino rushasha rugira 10 rugiye mu rukurikirane...
Imyidagaduro

Ihiganwa ry’umwigeme mwiza ryagarutse.

Yvan ManagerMarch 23, 2023March 23, 2023
by Yvan ManagerMarch 23, 2023March 23, 20230479
Ishirahamwe S.S.Entreprise ifadikanije n’ Ubushikirangaji muvyo bujejwe harimwo ubudandaji, ryaruguruye icese ibikorwa vy’ ihiganwa ”Miss Burundi”  ryo gutora umukobwa mwiza kandi aciye ubwenge ku ncuro...
MumahangaPolitike

Kenya: Abantu 238 bahagaritswe,abapolisi 31 barakomereka mu migumuko.

Yvan ManagerMarch 21, 2023
by Yvan ManagerMarch 21, 20230498
Umusi ugira kabiri mu gihugu ca kenya haba imigumuko iturutse ku kuntu ibiciro vy’ibintu vyaduze ariyo ntandaro yivyo vyose. Abantu 238 bahagaritswe, abapolisi 31 barakomereka...
MumahangaPolitike

Emmanuel Macron yakiriye umumenyeshamakuru Olivier Dubois yanyurujwe haraciye hafi imyaka 2.

Yvan ManagerMarch 21, 2023
by Yvan ManagerMarch 21, 20230367
Olivier Dubois umumenyeshamnakuru yakiriwe Emmanuel Macron n’ Umukuru w’ Igihugu c’ Ubufaransa inyuma yo kurekurwa arize kunyuruzwa hafi imyaka 2 afashwe n’umurwi wa bagizi ba...
IbigezwehoInkino

Rally: Prime Uwikunda na Prince Basabose batahukanye ihiganwa ”Boucles de l’Imbo”.

Yvan ManagerMarch 21, 2023
by Yvan ManagerMarch 21, 20230581
Mw’ihiganwa ryo mu kiyaya c’ Imbo bise (boucle de l’Imbo) ryabereye mu ntara ya Bubanza muri komine Gihanga hamwe n’ agace bita Gihungwe, Prime Uwikunda...
IbigezwehoMumahanga

CPI yasohoye umutahe kuri Vladimir Putin imwagiriza guhohotera agateka k’abana.

Yvan ManagerMarch 18, 2023
by Yvan ManagerMarch 18, 20230388
Vladimir Putin Umukuru w’Igihugu c’Uburusiya yarahawe umutahe na sentare mpuzamakungu mpanavyaha wo kumuhagarika bamwagiriza gutwara abana babanya Ukraine mu Burusiya bidaciye mu mategeko n’ivyaha vyo...

Posts navigation

1 … 35 36 37 … 39

IMICE

  • Amagara
  • Ibigezweho
  • Imboneshakure
  • Imibano
  • Imyidagaduro
  • Indero
  • Inkino
  • Muburundi
  • Mumahanga
  • Politike
  • Ubutungane
  • Ubutunzi
  • Umutekano
  • Zidafise Umuce

Iziheruka

Primus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca 1.

Yvan ManagerJanuary 13, 2026
January 13, 20260

Primus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.

Yvan ManagerJanuary 9, 2026
January 9, 20260

Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga Royal yi Muramvya.

Yvan ManagerDecember 26, 2025
December 26, 20250

Cellule Urunani Centre bagiye kuramukanya mw’irerero y’impfumvyi yo mwi Jabe babashireye ibintu bifise agiciro k’imiriyoni 3 n’igice.

Yvan ManagerDecember 23, 2025
December 23, 20250

Ubuserukizi bw’Ubuganda mu Burundi bwarashimye intambwe y’abanyeshure b’abarundi bize muri ico gihugu.

Yvan ManagerDecember 23, 2025
December 23, 20250

Instagram

Please enter an Access Token

Facebook

Facebook Page

IZIHERUKA

  • Primus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca 1.
  • Primus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.
  • Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga Royal yi Muramvya.
  • Cellule Urunani Centre bagiye kuramukanya mw’irerero y’impfumvyi yo mwi Jabe babashireye ibintu bifise agiciro k’imiriyoni 3 n’igice.
  • Ubuserukizi bw’Ubuganda mu Burundi bwarashimye intambwe y’abanyeshure b’abarundi bize muri ico gihugu.

IMYIDAGADURO

Imyidagaduro

Drama T: ‘’ITAMPORIZE’’ indirimbo iriko ivugwako vyinshi.

Buja MediaMarch 6, 2023March 6, 2023
March 6, 2023March 6, 20230
Indirimbo imaze imisi 3 gusa igiye ahabona, imaze gushikana abantu bamaze kuyiraba bageze...
Read more
Ibigezweho

Intelligent le Comédien muri Festival Canal Comedy Buja...

Yvan ManagerApril 13, 2023April 13, 2023
Read more
Imyidagaduro

Ndirabika Augustin imboneza ku baririmvyi buno munsi.

Yvan ManagerJuly 14, 2023
Read more
Imyidagaduro

Umukuru w’Igihugu yuguruye indwi yahariwe abarundi baba mu...

Yvan ManagerAugust 18, 2023
Read more
Imyidagaduro

Indirimbo 10 zamenyekanye zatowe mu gice ca nyuma...

Yvan ManagerSeptember 28, 2023
Read more
Load more posts

Imice

  • Amagara (9)
  • Ibigezweho (46)
  • Imboneshakure (2)
  • Imibano (44)
  • Imyidagaduro (49)
  • Indero (16)
  • Inkino (133)
  • Muburundi (113)
  • Mumahanga (105)
  • Politike (70)
  • Ubutungane (5)
  • Ubutunzi (26)
  • Umutekano (12)
  • Zidafise Umuce (20)

INKINO

Primus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca 1.

Yvan ManagerJanuary 13, 2026
January 13, 20260

Primus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.

Yvan ManagerJanuary 9, 2026
January 9, 20260

Ibitsindo 21 vyaranze indwi ya 14 muri Primus Ligue Burundi.

Yvan ManagerDecember 1, 2025
December 1, 20250

POLITIKE

Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga Royal yi Muramvya.

Yvan ManagerDecember 26, 2025
December 26, 20250

Varisito Ndayishimiye yarahagarariye amasezerano yo guhagarika intambara hagati yu Rwanda na Congo

Yvan ManagerDecember 11, 2025
December 11, 20250

RDC-Rwanda : Bikuru bikuru biri mu masezerano agiye guterwako umukono.

Yvan ManagerDecember 4, 2025
December 4, 20250

IBIGEZWEHO

MissBurundi2025: Amazina y’abigeme 15 bazoja muri Finale yamaze kumenyekana.

Yvan ManagerJune 23, 2025June 23, 2025
June 23, 2025June 23, 20250

Papa mushasha Léon XIV n’ inde, n’ ibiki bikuru bikuru vyamuranze?

Yvan ManagerMay 9, 2025
May 9, 20250

Vatikano: Umwotsi wirabura werekana ko ata papa yatowe.

Yvan ManagerMay 8, 2025May 8, 2025
May 8, 2025May 8, 20250

Ibisata

  • Inkino (133)
  • Muburundi (113)
  • Mumahanga (105)
  • Politike (70)
  • Imyidagaduro (49)
  • Ibigezweho (46)
  • Imibano (44)
  • Ubutunzi (26)
  • Zidafise Umuce (20)
  • Indero (16)
@2023 - bujamedia.com. All Right Reserved. Designed and Developed by Vista Media Group (VMG)
bujamedia.com
FacebookTwitterInstagramPinterestYoutube
  • Intango
  • Inkino
  • Muburundi
  • Mumahanga
  • Ibigezweho
    • Politike
    • Inkino
    • Imibano
    • Ubutungane
    • Ubutunzi
  • Imyidagaduro
  • Buja FM Live
    • Buja FM
    • Buja FM Gitega
  • Imboneshakure
    • BUJA TV LIVE
    • KM TV LIVE