Inoti ya 10.000,5.000 yakozwe kuwa 4 Munyonyo 2108, ntizoba igikora inyuma ya 17 Ruheshi 2023.
Inoti y’ibihumbi 5 niya 10 zakozwe igenekerezo rya 4 Mukakaro mu 2018 bahejeje gutanga ikiringo c’iminsi 10 kuzoba bazisubije mw’ibanki nkuru y’igihugu nkuko Dieudonné Murengerantwari...