Rurerekana Lazare umuhinga mvabwenge wo mu Gisagara ca Gitega ashushanya ibitandukanye mu giti, aragaragaza akababaro afise kuba ataronse amahirwe yo kuja i Qatar mw’ihayanishwa mpuzamakungu...
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 28 Nyakanga 2023 mu ntara ya Gitega, Umukuru w’Igihugu yarungitse amazina mu nama nkenguzamateka yemezwe kugira bazoserukire uburundi mu...
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yarashikirije ijambo mu nama ya bose ihuza ibihugu bihurikiye muri ONU mu gihe hariko haraba inama idasanzwe igiri 78 y’umuryango wa...
Paul Kagame agiye gusubira kwitoza mu matora mu kiringo kigira kane mu matora azoba mukwezi k’umunani mu mwaka uza 2024 nkuko yabibwiye ikinayamakuru Jeune Afrique...
Amafoto 289 y’abantu batandukanye yari mw’ihayanishwa mu mugambi w’ubumwe bwa Buraya bise Inside Out yaramanitswe kubiro vy’ubuserukizi bw’ubumwe bwa Buraya ngaha mu Burundi nk’ikimenyetso co...