InkinoMuburundi

Igikombe c’Umukuru w’Igihugu 2025: Tombola y’igice ca 1/16 yamenyekanye.

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 01 Ndamukiza 2025 harabaye tombola ry’ igice ca 1/16 mu gice ca nyuma cigikombe c‘ Umukuru w’ Igihugu uyu mwaka w’2025. Inkino zose zico gice zizobera kuma genekerezo ya 08 gushika 09 Ndamukiza 2025 ku bibuga bitandukanye. Mu mwaka uheze imbere y’Umukuru y’Igihugu ku kibuga Ingoma mu ntara ya Gitega, Rukinzo FC yatwaye ico gikombe itsinze bitoroshe Flambeau du Centre ku bitsindo 2 kuri 1.
Uko bazohura nuku gukurikira:
Bariko baratora imirwi uko izohura.

– Vital’o FC vs Black Panther

– Ngozi City vs Africa Sport
– Royal vision 2026 vs Les Lierres FC
– AC Deira vs Muzinga FC
– The Lake Guepiers vs Olympic Star
– Moso Sugar vs Magara Young Boys
– Rukinzo FC vs BG Green Farmers FC
– Inter Star vs Buja City
– Black Tiger vs Central Flame
– BS Dynamik vs Kizuka Mandarine FC
– Bumamuru FC vs AC Ubumwe
– Musongati FC vs Tel-Aviv FC
– Black Eagle CS vs Youth Unit
– Messager Ngozi vs Musongati AC
– Garage Express FC vs Best Loser (D4/D3)
– LLB Amasipri vs NewForce AC vs Muyange United

Related posts

Seychelles ntiratsinda Uburundi na rimwe mu nkino 8 zose zabahuje.

Buja Media

Burundi: Abaje mw’ihururiro ry’abakenyezi b’indongozi bashitse amahoro.

Buja Media

”Ikibazo ca reta cataguye neza muri rusangi” Umushikiranganji w’indero.

Buja Media

Leave a Comment