Festival Canal Comedy Buja 2023: Canal+ igiye kwerekana abarundi bazi gutwenza.
Urwaruka rukiri ruto rw’abatwenza babarundi bagiye kuronka mahirwe y’uko ingabire zabo zishika kure zikarenga imbibe z’Uburundi, ivyo bikazokorwa babifashwijwemwo n’ishirahamwe ridandaza amasanamu Canal+ kuri shene...