Mu ntumbero yo gutsimbataza umubano mwiza w’inyigisho n’iterambere ry’urwaruka, Ubuserukizi bw’igihugu c’Ubuganda mu Burundi bwaratunganije, ku wa gatanu igenekerezo rya 12 Kigarama 2025, ibirori vyo
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Evariste NDAYISHIMIYE, yagarutse ku wa gatandatu, igenekerezo rya 6 Kigarama 2025, avuye i Washington D.C. muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, aho