Hoba hagiye gusubira gutagura kandi ibiganiro hagati ya Congo na M23?
Ibiganiro hagati y’igihugu ca Congo vyoba bigiye gusubira kubandanya hagati y’umurwi M23 bari bamaze igihe kinini bariko bararwana nkuko ivyo bibazo benshi arivyo bariko baribaza