InkinoMuburundi

Urukino Uburundi na Côte d’Ivoire, ninde atahana itsinzi?

Isaha zitatu ku masaha yo Burundi, umurwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba barakina urukino rwo rwusubiriza ruza guhuza umugwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba na Côte d’Ivoire mu kurondera itike yo kwitabira igikombe c’isi co mu mwaka wa 2026, Jordi Liongola ntaza kuboneka mu kibuga ku bivanye n’uko yakwije ikarata zitatu z’umuhondo. Urukino rurindiranwe n’abantu benshi ku mpande zitandukanye.

Urukino Youssuf Nyange Ndayishimiye atazo kubonekamwo “Nari nipfuza kuhaba nkagwanira ibendera ry’igihugu ariko ndipfuruje ivyiza Intamba mu Rugamba”. Aya ni amwe mu majambo Ndayishimiye Youssouf yanditse abicishiye ku rubuga rwiwe rwa Instagram.
Umukinyi mpuzamakungu Ndayishimiye Youssouf (Nyange), yipfurije amahigwe masa umugwi nserukiragihugu w’Uburundi. Mu butumwa buri mu rurimi rw’icongereza buherekejwe n’isanamu yambaye umwambaro w’Intamba mu Rugamba yagize ati: “Wish to be there and fight for this beautiful flag 🇧🇮 All the”.

 

Related posts

Abategetsi 3 barahiye imbere y’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi

Buja Media

Interzone Bujumbura ku ncuro igira icenda rigiye gutagura.

Buja Media

Buja Queens itwara igikombe ca Lumitel Women’s League 2022-2023.

Buja Media

Leave a Comment