IbigezwehoInkinoEtienne Ndayiragije, atsinzwe urukino rwa mbere mu Ntamba mu Rugamba.Buja MediaMarch 25, 2023 by Buja MediaMarch 25, 20230603 Intamba mu Rugamba bahejeje gutakaza urukino batsinzwe n’ iguhugu ca Indonesie 3 kuri 1 mu rukino rwa mbere bakinye uyu musi mu gisagara ca Jarkat
ImibanoGabriel Rufyiri “kuvyara benshi biri mu biriko birwiza ubukene.”Buja MediaMarch 25, 2023 by Buja MediaMarch 25, 20230587 Ukuvyara abana benshi uyu musi bituma ubukene burwira mu miryango, Gabriel Rufyiri asaba reta gufata ingingo ko ata muryango worenza abana 2 canke 3, akamenyesha
AmagaraNta Ebola canke umugera wa Marburg urashika mu Burundi.Buja MediaMarch 25, 2023 by Buja MediaMarch 25, 20230393 Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 Ntwarante 2023, Ubushikiranganji bw’ amagara y’abantu no kurwanya Sida barabeshuje ibimaze imisi bivurwa bijanye n’ umugera wa Marburg
PolitikeUmukuru w’Igihugu mw’ihuriro ry’urwaruka.Buja MediaMarch 24, 2023 by Buja MediaMarch 24, 20230627 Ubushikiranganji bujejwe imigabo n’imigambi y’umuryango w’Afrika y’ubuseruko, urwaruka,inkino n’imicokama rwatunganije ibikorwa vy’ihuriro ry’urwaruka ku rwego rw’igihugu vyamaze iminsi ibiri, ku civugo “Urwaruka, duhindure ivyiyumviro, twitegurire
IbigezwehoImyidagaduroLéonce Ngabo, Ednaky, Masterland na B Face bavuze iragi Saïdi Brazza abasigiye.Buja MediaMarch 24, 2023 by Buja MediaMarch 24, 20230702 Abaririmvyi batandutanye bo mu Burundi bagize ico bashikirije kuco umuhisi Saïdi Brazza asigiye nk’iragi abaririmvyi biki gihe harimwo kwandika neza indirimbo zirimwo ubutumwa buhanura. Bamwe
IbigezwehoImyidagaduroUmuririmvyi Saïdi Brazza yitavye Imana.Buja MediaMarch 24, 2023March 24, 2023 by Buja MediaMarch 24, 2023March 24, 20230621 Mw’ijoro ryo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Ntwarante 2023 rishira uwa gatanu niho hamenyekana inkuru y’umubabaro yuko umuririmvyi Saïdi Brazza yitavye Imana muri
InkinoUrukino rushasha rw’ abagendana ubumuga mu Burundi.Buja MediaMarch 23, 2023March 23, 2023 by Buja MediaMarch 23, 2023March 23, 20230715 Ishirahamwe ry’inkino ry’abagendana ubumuga mu Burundi barataguje urukino rushasha rw’abakina umupira w’amaguru kubafise ukuguru canke ukuboko kumwe. Urwo rukino rushasha rugira 10 rugiye mu rukurikirane
ImyidagaduroIhiganwa ry’umwigeme mwiza ryagarutse.Buja MediaMarch 23, 2023March 23, 2023 by Buja MediaMarch 23, 2023March 23, 20230487 Ishirahamwe S.S.Entreprise ifadikanije n’ Ubushikirangaji muvyo bujejwe harimwo ubudandaji, ryaruguruye icese ibikorwa vy’ ihiganwa ”Miss Burundi” ryo gutora umukobwa mwiza kandi aciye ubwenge ku ncuro
MumahangaPolitikeKenya: Abantu 238 bahagaritswe,abapolisi 31 barakomereka mu migumuko.Buja MediaMarch 21, 2023 by Buja MediaMarch 21, 20230505 Umusi ugira kabiri mu gihugu ca kenya haba imigumuko iturutse ku kuntu ibiciro vy’ibintu vyaduze ariyo ntandaro yivyo vyose. Abantu 238 bahagaritswe, abapolisi 31 barakomereka
MumahangaPolitikeEmmanuel Macron yakiriye umumenyeshamakuru Olivier Dubois yanyurujwe haraciye hafi imyaka 2.Buja MediaMarch 21, 2023 by Buja MediaMarch 21, 20230381 Olivier Dubois umumenyeshamnakuru yakiriwe Emmanuel Macron n’ Umukuru w’ Igihugu c’ Ubufaransa inyuma yo kurekurwa arize kunyuruzwa hafi imyaka 2 afashwe n’umurwi wa bagizi ba