Igihugu ca kenya kiripfuza yuko uyu mwaka wohera ata ruhusha rwo kwinjira murico gihugu bita Visa coba kikirihisha kubantu bose bava mu bihugu vya Afrika
Kuruyu wa mbere igenekerezo rya 30 Gitugutu, abakozi ba meri ya Bujumbura bataguye isekeza ryo kugwiza umwimbu mu kumenya abatangakori n’abatangatagisi atangwa mu gisagara ca
Abana 42 bo mw’ibarabara n’abandi biyerereza irya n’ino mu Gisagara ca Gitega 42 bajanwe mu kigo co mu ntara ya Cankuzo cegeranirizwamwo mwene abo bantu
Kuruyu wa Gatatu igenekerezo rya 18 Gitugutu, Umukuru w’igihugu c’Ubugande yamenyesheje yuko igisirikare co murico gihugu kigiye guhiga abagizi ba nabi bishe kuwa 17 Gitugutu
Mu gatondo kuwa 18 Gitugutu 2023, Joe Biden Umukuru wa reta nzuze ubumwe bwa Amerika yagize urugendo muri gihugu ca Israel agaragaza ko yifatanije nabo
Amafoto 35 arikumwe n’amazina yabo niyo reta ya Kenya yashize ahabona bakekwa gukorana n’imirwi y iterabwoba n’inyuma y’ibitero biheruka vyakozwe n’umurwi w’abagizi ba nabi hari
Mu ntambara ziriko ziraba mu bihugu vya Isirayeli na Palestine zimaze indwi irenga zigahitana abantu n’ibintu bitari bike, kuru wa kabiri, umurwi Hamas wamenyesheje ko