Kuwa 25 Rusama, abagenduzi b’ikigo c’igihugu kijejwe ubuziranenge BBN, bazindukiye mu gikorwa ca misi yose baragize urugendo ku bibanza bitandukanye bidandarizamwo igitoro, muntumbero yo gukingira
Ihiganwa rya Primusic rigiye gusubira kuba ku ncuro igira 5, ku civugo “Impano yawe niyo mateka yawe” ivyo vyashikirijwe na Bernice Keza ajejwe ikinyobwa ca
Amasanamu yamaze kuja ahabona azoba ari mu ndirimbo iri mu mugambi Dj Paulin afise wo gufasha abaririmvyi ba barundi babishoboye mu bikorwa bitandukanye, ni muriyo
Abakobwa 11 bazoja mu gice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi uyu mwaka wi 2023 bamaze gushikiriza imigambi ahabona inyuma yo gukora amajojora imbere y’abahinga