Intara zo hagati mu gihugu harimwo Gitega na Bubanza bataguye kwakira amahera y’abenegihugu bayatwara kuma zone babako nkuko batewe akamo n’ubushikiranganji bw’umutekano bubasaba mu ntumbero
Umuririmvyi Vichou yatahutse avuye gukora amasanamu y’ indirimbo 2 mu gisagara ca Quatar ku mugabane wa Asiya aho yabifashijwemwo n’ishirahamwe Dream House ridandaza ibikoresho vy’ubuhinga
Ihiganwa rikuru ryicicaro cambere mu Burundi Primus League ryarangiye umugwi wa Bumamuru utahukanye igikombe . Imigwi ya Buja city, Athletico New Oil hamwe na Top