Ndahabonyimana Nicodème yarahagaritswe gutwara komine Mabayi.
Ndahabonyimana Nicodème yarahagaritswe muri ayo mabanga yo kurongora komine Mabayi nk’uko biri mw’itegeko nshikiranganji no 530/997 ryo ku wa 10 Myandagaro 2023, ryo mu bushikiranganji