Ndabakenga Daniel yatanguje igikino “Ninde” bamusezeye ubwa nyuma.
Kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Gitugutu, barashinguranye iteka umuhisi Ndabakenga Daniel azwi kw’itazirano rya Ndada yaryamiye ukuboko kw’abagabo, akaba ariwe yatanguje igikino “Ninde” benshi
