Politike

BURUNDI: IGISHASHA PEREZIDA YAKUYE MU RUGENDO YAHORAMWO.

Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Varisito Ndayishimiye, yahora mu gihugu kibanyi ca Congo mu nama yamuhuza na bagenzi we barongoye ibihugu n’amareta bihurikiye mu muryango w’ibihugu vya Afrika yo hagati mu vy’ubutunzi(#CEEAC).
Inyuma y’iyo nama yaragendeye mugenziwe arongoye Congo Brazzaville barayaga. Ashitse ku kibuga c’indege Melchior Ndadaye aganuka ku wa 27/02, Varisito Ndayishimiye yavuze bumvikanye :
1. Inteko zoshirwaho kugira zize ziratabara mu bihugu bigize umuryango , “ziriko zirategurwa kandi kuva mu kwezi kwa Mukakaro , ibiro bikuru bizoba birongowe n’umurundi”.
2. Gushiraho ikigo gikurikirana amasoko y’amazi kandi icicaro kizoba kiri  Bujumbura;
3. Uburundi ni bwo buzoramutswa umuryango wa CEEAC kuva 2025 ;
4. Gushiraho umuhora wofasha mu gufatanya uwo muryango maze ivy’ubutunzi bikagenda neza.
Umushikiranganji wa w’uburimyi wa Congo Brazaville , agiye kugendera Uburundi vuba.

Related posts

RDC-Rwanda : Bikuru bikuru biri mu masezerano agiye guterwako umukono.

Buja Media

“Gushima uko imigenderanire hagati y’Uburundi na RDC yifashe” Ubutumwa bazaniye Evariste Ndayishimiye.

Buja Media

Ubufaransa na Ukraine bwasinye amasezerano yo kugura indege 100 zo mu bwoko bwa Rafale

Buja Media

Leave a Comment