Impusha z’amashirahamwe yo kwunguruza abantu mu miduga zirahagaritswe.
Nk’uko biri mwitegeko rishasha rigenga amashirahamwe yunguruza abantu n’ibintu , amashirahamwe yose yunguruza abantu n’ibintu yaba ayo hagati mu gihugu canke ayajabuka imbibe ategerezwa kwiyandikisha...
