Isabukuru y’imico n’akaranga ku ncuro igira gatatu iriko ibera i Gitega kuri uyu wa 29 Nyakanga 2023, herekanywe igikoresho (Ampliphone) gifasha mu guhamagarana ata ma...
Mw’itangazo ryateweko umukono n’umushikiranganji Ir Sanctus Niragira, ngo bitegekanijwe ko imvura izotasura hagati y’itariki 10 na 20 z’ukwezi kwa Nyakanga 2023 mu bice vya Mugamba,...
Iritiro y’igitoro co mu bwoko bwa essence yashizwe ku mafaranga 4450 mu gihe yahora kuri 3985 mu gisagara ca Bujumbura, iritiro y’igitoro ca mazutu yashizwe...
Imifuko 290 y’isima yo kubaka yononekaye niyo Buramatari w’intara ya Rutana yarishe inyuma yo gutegekwa n’Umukuru w’Igihugu hari ku wa 19 Myandagaro 2023, aragize urugendo...
Intara zo hagati mu gihugu harimwo Gitega na Bubanza bataguye kwakira amahera y’abenegihugu bayatwara kuma zone babako nkuko batewe akamo n’ubushikiranganji bw’umutekano bubasaba mu ntumbero...