Muganga Liduine Baradahana yaciyeko kugira agere aho aba umushikiranganji w’amagara y’abantu Dr Liduine Baradahana ni rimwe mu mazina ahejeje gutangazwa mu bashikiranganji bane bagiye kwinjira...
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 28 Nyakanga 2023 mu ntara ya Gitega, Umukuru w’Igihugu yarungitse amazina mu nama nkenguzamateka yemezwe kugira bazoserukire uburundi mu...
Abenegihugu bagize intara ya Gitega bo mu ntara zine harimwo Gitega,Mwaro, Muramvya hamwe na Karusi kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 02 Nyakanga uyu mwaka...
Ibihugu 6 vyamaze kwemerwa kuja mu muryango wa BRICSÂ mu mwaka muri Nzero mu 2024, harimwo Iran, Argentine, Egypte, Ethopie,na Arabie Saudite n’ibindi. Umukuru w’igihugu...