Hiroshi Ichigaya yakoze ikoti yo kwambara ikingira ubushuhe m’ubuyapani.
Ubushuhe butera bwongerekana kw’isi buriko butuma ikoti ryakozwe n’umuhinga Hiroshi Ichigaya rikena cane mu gihugu c’ubuyapani. Ikinyamakuru c’abafaransa mu nkuru yaco yo kuri uyu wa...
