Abaserukira ibihugu vyabo bane bahaye Umukuru w’Igihugu amakete abagena mu mabanga.
Ku kirimba Ntare Rushatsi Umukuru w’igihugu yakiriye abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi bane bazanye amakete abagena murayo mabanga hari kuwa 15 Ndamukiza 2025. Rosine Guilène...
