Abarundi baba hanze y’ihigugu ”Diaspora ndundi” bagiye gutegura ihiganwa “Inkingi z’imbonakazoza Event” ku barundi bafise impano zitandukanye bikazobera mu ntara zagutse uko ari 5. Iryo...
Thilo Kehrer umurundi akina muri AS Monaco yaraye ashitse mu gihugu c’Uburundi afise umunezero mwinshi kugaruka iwabo kuri we ahakundira akayaga ko mu Burundi kari...
Umumenyereza w’umurundi Étienne Ndayiragije amenyereza umurwi Polici FC yaraye atahukanye igikombe c’ihiganwa rikuru FKF Premier League ryo mu gihugu ca Kenya. Etienne Ndayiragije yashitse muri...
Igice ca nyuma gisozera ihiganwa nyezina ya VBL bita Play Offs yuno mwaka wi 2025 yagiye ahabona ku ruhande rw’abagabo hamwe n’abagore, izotagura igenekerezo rya...
Umurwi nserukira gihugu w’abigeme Intamba mu rugamba baraye baakaje urukino batsinzwe ibitsindo 3 ku 0 na Kenya mu rukino rwa kabiri mw’ihiganwa rya “CECAFA Senior...
Umugwi nserukiragihugu wa Tenis w’abarundi bafashe indege bangana mu gihugu ca Angola mw’ihiganwa bitiriye Coupe Davis ryataguye igenekerezo rya 9 gushika 14 Ruheshi 2025. Igihugu...