Bamwe mu bakinyi b’Intamba mu Rugamba bari ku rutonde, umumenyereza w’intamba mu rugamba, Étienne Ndayiragije, yatoye ngo bazohangane na Cameroun mu rukino rwo ku wa...
Umugwi wa Buja Queen’s waserukiye Uburundi mw’ihiganwa rya Cecafa Champions League waraye uronse uburenganzira inyuma yo gutsinda ibitsindo 2 kuri 1 umurwi wa FAD FC....
Umumenyereza w’intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije , kuri uno wa 16 myandagaro 2023 , mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru, yamenyesheje urutonde rw’abakinyi 37 azokwifashisha mu rukino...
Ihiganwa rikuru ryicicaro cambere mu Burundi Primus League ryarangiye umugwi wa Bumamuru utahukanye igikombe . Imigwi ya Buja city, Athletico New Oil hamwe na Top...
Man City yaraye itsinze ibitsindo 4-0 umurwi wa Real Madrid mu gice ca kabiri gishira ica nyuma mw’ihiganwa rya ligue des Champions, ni mugihe urukino...