Hansi Flick amenyereza wa FC Barcelone ntiyipfuza ko Messi agaruka muruyo murwi.
Amakuru asizwe ahabona n’ ikinyamakuru c’inkino cemeza ko Hansi Flick umumenyereza wa FC Barcelone yoba atakiriye neza ino nkuru ivuga ivya Lionel Messi yogaruka muri...
