“Festival Canal Comedy Buja 2023” : Iminsi 3 yo gutwenga mu gisagara ca Bujumbura.
Abakunda kuryoherwa mu Burundi bagiye kugira iminsi 3 yo gutwenga ivyo bikazotuma ishusho ryiza ry’Uburundi rishika kure mu rukurikirane rw’ibikorwa bidasanzwe vyateguwe n’ikigo ndangakaranga c’abafaransa...