Augustin yasubiye kuboneka ari muzima inyuma y’imyaka 3 yitavye Imana. Ku mutumba Gisikara muri komine na Zone Itaba mu ntara ya Gitega, haravugwa umusore yitwa...
Kuwa 11 Gitugutu 2023 mu ngoro y’amakoraniro y’Inama Nkenguzamateka y’Uburundi bahejeje kwemeza abagiye kuba ba Buramatari 3 mu ntara ya Kirundo, Muramvya na Makamba hamwe...
kuruyu wa 7 Gitugutu, umugambwe uri ku butegetsi CNDD-FDD warashizeho inzengo nshasha mu ntara 5 bisunze indinganizo nshasha y’itegeko inumero 1/ 5 yo kuwa 16...
Abashikiranganji batandukanye ba Reta y’Uburundi bahagarariwe n’umushikiranganji wa mbere, baremesheje ikiganiro kidasanzwe kugira bishure ku bibazo vy’abamenyeshamakuru n’abenegihugu, kuri uyu wa 06/10/2023 kuri stade Ingoma...
Joe Biden Umukuru wa Reta zunze Ubumwe bwa Amerika yarahamagaye abategetsi b’ibihugu bicuditse na Amerika nab’umuryango w’ubumwe bw’Ubulaya, ishirahamwe OTAN kugira abahumurize ko igihugu ciwe...
Muganga Liduine Baradahana yaciyeko kugira agere aho aba umushikiranganji w’amagara y’abantu Dr Liduine Baradahana ni rimwe mu mazina ahejeje gutangazwa mu bashikiranganji bane bagiye kwinjira...