IbigezwehoMuburundiUbutungane

Burundi: uwugiye kurongora igisata c’imanza n’ivyaha muri Sentare Ntahinyuzwa yarahiye imbere y’Umukuru w’igihugu c’Uburundi

Uwugiye kurongora igisata c’imanza n’ivyaha muri Sentare Ntahinyuzwa yarahiye imbere y’Umukuru w’igihugu c’Uburundi.

Kuri uwu wa 6 Gitugutu, Pacifique Barankitse yarahiye imbere y’inama nkuru y’ubutungane irongowe n’umukuru w’igihugu, Evariste Ndayishimiye, ku kirimba Kwa Ntare Rushatsi.

Mu ndahiro yiwe yemeje ko azokwubahiriza ibwirizwa shingiro , amategeko ya Repubirika y’Uburundi n’agateka ka zina muntu hamwe no kuba umwizigirwa mu mabanga ashinzwe ndetse akazoyarangura kinyamwuga.

Related posts

Abaserukira ibihugu vyabo bane bahaye Umukuru w’Igihugu amakete abagena mu mabanga.

Buja Media

Burundi: Abayisilamu bahimbaje umunsi mukuru wa Eid el Fitri.

Buja Media

Ibitsindo 21 vyaranze indwi ya 14 muri Primus Ligue Burundi.

Buja Media

Leave a Comment