Inkino

Bujumbura: Ihiganwa rikuru ry’umupira w’ amaguru.

“Uno mwaka twariteguye dufise imirwi itari mike dufise imice ibiri igabuwemwo imirwi 14, buri muce hazovamwo imirwi 4 hama bakine ica kane gishira ica nyuma gushika haboneka imirwi ibiri izokina urukino rwanyuma”. Innocent arongoye ishirahamwe muri Bujumbura.

Mu gutangura inkino z’ umusi ugira ndwi bataguye, Ikinyamakuru Buja Media caganiriye na Innocent arongoye ishiramwe ryumupira wamaguru muriyo ntara.

arongera aravuga yuko yipfuza kubona Bujumbura isubira kuronka umurwi ukina icicaro ca  mbere agasaba no gushigikirwa n’ imvukira z’ intara hamwe n’intwaro.

Mwomenya yuko iryo higanwa rigizwe n’imirwi 28 igabuyemwo mu mice 2 harimwo imirwi yigeze kuba muri Primus League nka Delta Star, Volontaire na Espoir.

Related posts

Flambeau du Centre na Vital’O, urukino rwitezwe cane kundwi ya 23.

Buja Media

CECAAF 2025: Uburundi bwayakiriye bwatsinze 6-0 RDC.

Buja Media

Ancelotti ava muri Real Madrid aja gutwara umugwi w’igihugu ca Brésil.

Buja Media

Leave a Comment