Ihiganwa ryo kwandika igitabo ku ncuro ya mbere, rizotunganwa n’uruganda rwo gusoma ibitabo.
Uruganda rwo gusoma ibitabo Editions Gusoma ruzotunganya ihiganwa ku ncuro yayo ya 1 kuwuzokwandika igitabu kizoba kigizwe n’impapuro 10 ciza akazoronka imiriyoni 500 z’amarundi nkuko...
