Mu ntumbero yo kurondera izindi ngabire zitandukanye mu mupira wa maboko, Imirwi 4 yaronse uburenganzira bwo gukina igice ca kabiri mw’ihiganwa ryateguwe n’uwahoze ari umukinyi...
Youssouf Nyange mu kiganiro imbere y’urukino Nice ihura na Auxerre ” Ntabakinyi benshi b’abarundi baza gukina ku mugabane wa buraya, nanje n’amahirwe naronse yo gukina...
Kuri uyo wa gatatu igenekerezo rya 01/3/2023 , kuri kaminuza i Ngozi harerekanwe ireresi yerekana abakenyezi bitanze mu kugarukana amahoro mu Burundi. Iyo reresi yashizwe...
Ku musi ugira 22, urutonde uko bazohura muri Primus ligue, urukino rudasanzwe rurindiranwe n’abantu benshi ruzoba kuw’Imana ku kibuga Urunani mu ntara ya Cibitoke imbere...