Jean Jacques Boissy agiye gukina mu murwi Milwaukee Bucks mw’ihiganwa NBA Summer League i Las Vegas ryo ku mugabane wa Amerika rizotagura igenekerezo rya 10
Abarundi baba hanze y’ihigugu ”Diaspora ndundi” bagiye gutegura ihiganwa “Inkingi z’imbonakazoza Event” ku barundi bafise impano zitandukanye bikazobera mu ntara zagutse uko ari 5. Iryo
Thilo Kehrer umurundi akina muri AS Monaco yaraye ashitse mu gihugu c’Uburundi afise umunezero mwinshi kugaruka iwabo kuri we ahakundira akayaga ko mu Burundi kari
Abarongozi b’umurwi Inter Star baratanze umuco kubimaze igihe bivugwa yuko Youssouf Ndayishimiye na Bonfils Caleb Bimenyimana bipfuje kugura umugwi wa Inter Star ariko ntibabihurizako n’uburongozim