Umuhari M23 urwanira mu gihugu ca Congo, waremereye ibiro vy’umukuru w’igihugu ca Angola guhagarika intambara kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 7 Ntwarante 2023 mu biganiro
Imiriyoni 5 z’amadorare yatanzwe na Amerika ku muntu wese azogira uruhara mu gutanga amakuru akwiye kugira hafatwe Sake Musa Buluku  umukuru w’umuhari ADF urwanira ku
Mu gihe ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryatanze amahangiro 17 mu ntumbero yo guteza imbere ibihugu gushika mu mwaka wi 2030. Nk’ umunywanyi w’ iryo shirahamwe mpuzamakungu
Abagize ishirahamwe ry’abaririmvyi mu Burundi batanze imifuko 10 izosahiriza mu kubaka ikibuga Intwari mu ibikorwa rusangi bakoze kuruyu wa gatandatu mu gatondo mu ntumbero yo
Umurwi wa ASB niwo watahakanye igikombe mw’ihiganwa ryo kugurura umwaka w’inkino 2022-2023 mu mupira w’amaboko Volleyball, utsinze umurwi wa Rukinzo kuma set 3 kuri 1
Bumamuru ihejeje kuganya igitsindo 1 ku kindi n’umurwi wa Flambeau du Centre kundwi igira 22 ku kibuga Urunani kiri mu ntara ya Cibitoke, Nahimana Shassir
Ku ruhande rw’ abigeme, umurwi Muzinga uhejeje gutsinda i set 3 kuri 1 ya PTT mu rukino rwa nyuma mw’ihiganwa ryo kugurura ihiganwa ryateguwe n’Ishirahamwe