IbigezwehoInkino

Fofila PF: Saidi Sakina yatsinze ibitsindo 13 wenyene, yaciye he?

Afise imyaka 22, ibiro 78, uburebure bungana 1,60 cm, yahereye gukina mu murwi Amitié wo mu gatumba mu ntara ya Bujumbura ntiyahatevye aja muri Fofila PF ifise amamuko mu ntara ya Ngozi. Ahejeje kwandika amateka yo gutsinda ibitsindo 13 wenyene mu rukino rumwe, Fofila PF yakinye n’umurwi  RainBow ibitsindo 20- 0.

Niwe mukinyi aciye akwiza ibitsindo vyinshi gusumvya abandi muri Lumitel Women’s League , vuba tuzobabwira igitigiri c ‘ibitsindo afise.

 

Related posts

Dynamo BBC yatwaye Play Offs 2025.

Buja Media

Sylvain Nzikoruriho yatowe gutwara ishirahamwe FEBUKA imyaka 4.

Buja Media

Faustin avuga ko ivyabaye kubunywero bwiwe ari irempenanya kugira ngo afatwe

Boris IRAKOZE

Leave a Comment