Inkuru y’incamugongo ku bamenyeshakamakuru b’ijwi ry’rya Amerika (VOA), Radio Free Europe na Radio Free Asia bahagaritswe ubwo nyene ubutarariye mu kazi kabo ku ngingo yakoretse...
Imiryango yo ku mitumba 9 muri komine Matongo yahawe inka 270 biciye mu mugambi PRRPB ufashwe mu mugongo n’ibanki y’isi, kuruyu wa kabiri igenekerezo rya...
Umukuru w’Igihugu yagize urugendo ahakorera umugambi w’igihugu PAEEJ ufasha urwaruka gukora no gushira mu ngiro imigambi kugira bave mu bushomeri watagujwe n’Umukuru w’Igihugu, hari ku...
Abakozi b’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu Gihugu, Iterambere Rusangi n’Umutekano, baragize urugendo shure ku rugo rwuwo bakorana Mpubusa Yohani Louis asanzwe ari umworozi w’inkwavu inyuma...
Augustin yasubiye kuboneka ari muzima inyuma y’imyaka 3 yitavye Imana. Ku mutumba Gisikara muri komine na Zone Itaba mu ntara ya Gitega, haravugwa umusore yitwa...