Amkeni bayihagaritse babuza uwayiririmvye gusubira kuririmbira muri Tanzaniya kubera inegura ubutegetsi.
Nay wa Mitego asanzwe aririmba umuziki yise Amkeni wo mu bwoko bwa rap yarabujijwe n’ubutegetsi bwa Tanzaniya kuvuza umuziki wiwe mushasha kumvo zuko basanze unegura...