MumahangaPolitikeRDC-Rwanda : Bikuru bikuru biri mu masezerano agiye guterwako umukono.Buja MediaDecember 4, 2025 by Buja MediaDecember 4, 20250386 Kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 4 Kigarama 2025 i Washington, Paul Kagame hamwe na Félix Tshisekedi barasinyira hamwe urunani rw’amasezerano yiswe “Washington Accords for...
Zidafise UmuceBurundi-Ouganda Alumni Event: Ihuriro ry’abanyeshure bize mu Buganda bo mu Burundi.Buja MediaDecember 4, 2025 by Buja MediaDecember 4, 20250186 Ubuserukizi bw’Ubuganda mu Burundi bugiye guhuza abarundi bize murico gihugu kugira bayaga bace hirya no hino ubuzima uyu munsi babayemwo bw’akazi kubera bafise vyinshi bahuriyejo...
Imibano“Night GALA Super 10 Magic”: Tantine SISI azohimbaza imyaka 10 akora ibikorwa mu gisata c’abana.Buja MediaDecember 3, 2025 by Buja MediaDecember 3, 20250434 Azwi cane kw’izina rya Tantine SISI, ni umwe mu batumye amazina yabo avugwa cane mu kurwanira uburenganzira bw’abana mu Burundi.Signoline Aline Nibona amazina y’ukuri yiwe,...
MuburundiPolitikeUmukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye arashima intambwe ibinyamakuru vyo mu Burundi bishitseko.Buja MediaDecember 3, 2025December 4, 2025 by Buja MediaDecember 3, 2025December 4, 20250281 Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Évariste Ndayishimiye, yaratunganije kw’igenekerezo rya 1 Kigarama 2025, mu Ngoro y’igihugu Ntare Rushatsi, inama ikomeye n’abarongoye ibinyamakuru. Iyo nama yashizwe mu ntumbero...
MuburundiPolitikeVarisito Ndayishimiye Umukuru w’Igihugu ariko aganira n’abatwara ibinyamakuru ku kirimba kwa Ntare Rushatsi.Buja MediaDecember 1, 2025December 1, 2025 by Buja MediaDecember 1, 2025December 1, 20250243 Evariste Ndayishimiye ariko aragirana ikiyago n’abaserukira ibinyamakuru bikorera mu Burundi kuruyu wa mbere igenekerezo rya 01 Kigarama 2025 mu kirimba kwa Ntare Rushatsi ahakorera Umukuru...
InkinoMuburundiIbitsindo 21 vyaranze indwi ya 14 muri Primus Ligue Burundi.Buja MediaDecember 1, 2025 by Buja MediaDecember 1, 20250264 Ku nkino igra 14 mw’ihiganwa rya Primusic hinjiye ibitsindo 21 ku nkino 8 harimwo urwabereye irya 1 ku kibuga Intwari cari kimaze imyaka irenga 4...
MuburundiPolitikeÉvariste Ndayishimiye, arashima uko Uburusiya bakorana mu migambi itandukanye.Buja MediaNovember 27, 2025 by Buja MediaNovember 27, 20250197 Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Évariste Ndayishimiye, yakiriye kuri uyu wa gatatu, ku ngoro y’Umukuru w’Igihugu i Gitega, Umuserukizi w’igihugu ca Rusiya, Valery Mikhailov, mu kiganiro...
MumahangaPolitikeGuinée-Bissau: Jenerali Horta N’Tam yarahiye amenyesha ko azotwara umwaka 1.Buja MediaNovember 27, 2025 by Buja MediaNovember 27, 20250166 Jenerali Horta N’Tam, yahora ari umukuru w’ingabo z’ukurwanira hasi, ni we yarahiye nk’umukuru w’igihugu mushasha agiye kurongora igihugu ca Guinée-Bissau mu kiringo c’umwaka umwe. Ivyo...
MumahangaPolitikeGUINÉE-BISSAU: Itembagazwa ry’ubutegetsi,bahagarika Umukuru wico gihugu Umaro Sissoco Embalo.Buja MediaNovember 26, 2025 by Buja MediaNovember 26, 20250179 Umurwi w’abasirikare bo muri Guinée-Bissau barashe amasasu menshi ku biro bikoreramwo Umukuru w’Igihugu mu gihe igihugu bari barindiriye ivyavuye mu matora y’Umukuru w’Igihugu n’ay’abashingamateka. Ababonye...
InkinoMuburundiDerby: Inter Star na Vital’O bazokina ubwa mbere ku kibuga Intwari inyuma y’imyaka 4 batahakinira.Buja MediaNovember 26, 2025 by Buja MediaNovember 26, 20250263 Inter Star izokina na Vital’O ku kibuga Intwari kuruyu wa w’Imana igenekerezo rya 30 Munyonyo ku ndwi igira 14 ryiyo higanwa inyuma y’imaka 4 yose...