Ihiganwa ry’Afrika: ‘’Imyiteguro iriko igende neza kandi igeze kure’’.
Mukwezi kwa Myandagaro 2023, Uburundi buzokwakira inkino zo gusiganwa n’imiduga(Rally) kurwego rwa afrika, uwurongoye umurwi (Club Automobile du Burundi) Prosper Nivyukuri yamenyesheje yuko imyiteguro igeze...