N’akahe karusho ko kuganira k’ubuhinga bwo kunywanisha urwaruka mu kibano?
Ivyigwa vy’imibano birerekana ko ahari abantu haba n’amatati. Ayo matati nyene ntacagura mu kwibonekeza ntaraba intara, ubwoko, umugwi kanaka canke uwundi, habe namba nta n’urukoba...