Urukino rwari rwitezwe cane yari Flambeau du Centre na Vital’O kuko rwahuza umurwi wa kabiri n’ uwa gatatu imbere yuko bakina barushanya amanota ane. Urukino...
Urukino rwitezwe n’ abantu benshi, ruzohuza umugwi wa Flambeau du Centre wo mu ntara ya Gitega uzoba wakiriye umugwi wa Vital’O ku munsi w’ Imana...
Ibirori vyo guhimbaza uwo musi vya bereye mu ntara ya Cibitoke ku kibuga Urunani ca komine ya buganda bitewe iteka n’Icegera c”Umukuru w’Iguhugu c’ Uburundi...