DJ Ira yahawe ubwenegihugu bwo mu Rwanda.
Dj Ira yahawe uyu munsi ubwenegihugu bw’Urwanda n’urwego rw’Igihugu rushinzwe abinjira n’abasohoka mu gihugu rwashinze ahabona amazina 36 yababisavye, murabo habonetsemwo izina Iradukunda Grace Divine
