Umukuru wa barwanyi ba “bacangero” Wagner babarusiya Yevgeny Prigozhin yoba yitavye Imana nkuko mw’ijoro ryuwa gatatu rishira uwa kare ariyo nkuru nya mukuru yariko iravugwa...
Imifuko 290 y’isima yo kubaka yononekaye niyo Buramatari w’intara ya Rutana yarishe inyuma yo gutegekwa n’Umukuru w’Igihugu hari ku wa 19 Myandagaro 2023, aragize urugendo...
Umushikiranganji wa mbere yasavye umwenegihugu wese ahari kudoma urutoke ku nkozi y’ikibi aho iri hose Gervais Ndirakobuca kuri uyu wa 22 Myandagaro 2023 yatunganije inama...
Umukuru w’ Igihugu yuguruye indwi yahariwe abarundi baba mu makungu mu ntara ya Gitega, yataguye igenekerezo rya 17 gushika 19 Myandagaro 2023 ku civugo: “Abarundi...
Igitero cakozwe n’abikekwa kuba abarwanyi baba jihadiste cahitanye abasirikare 17 ba Nijeri, igisirikare ca Nijeri cavuze ko ico gitero c’ejo ku wa kabiri cakomerekeyemwo abasirikare...
Umumenyereza w’intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije , kuri uno wa 16 myandagaro 2023 , mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru, yamenyesheje urutonde rw’abakinyi 37 azokwifashisha mu rukino...
Kuva ku munsi wa mbere gushika ku wa kane, ubunywero bwemerewe kuvuza gusa utuziki tworoshe (musiques douces) gushika isaha zine z’ijoro. Mu minsi irangiza indwi...