AmafotoIbigezwehoImyidagaduroMuburundiZidafise Umuce

FABLOVE yabwiye abakunzi biwe k’ubukene bw’amafaranga bumurembeje

Umuririmvyi yamenyekanye mumudiho was “RAP” Nshimirimana Fabrice azwi nka FABLOVE yaraye afashe akanya arashimira abakunzi biwe ariko kandi ashima kwisigura avuga ko afise ibibazo vy’uburyo buke muvyakora nk’uwabigize umwuga.

Ivyo bije inyuma y’aho ashize ahabona “Cover” yo kumenyesha abantu ko yimirije gusohora indirimbo nshasha, ivyaciye bitera uruhagarara kumbuga hwaniro bivuye kubuhinga buke yarikoranywe.

"Cover" FABLOVE" yifashishije kundirimbo nshasha yimirije gusohora
“Cover” FABLOVE” yifashishije kundirimbo nshasha yimirije gusohora

Abakunzi b’uwo muraperi baciye bagerageza baramukorera izindi Cover bifashishije ubwenge bukorano. (AI)!

Abicishije k’urubuga Facebook yagize ati: “thank you kuri efforts zanyu mwese murazi namwe ko aka low budget kabangama so, thank you no kumpanuro zanyu aba promotors,aba fana ,etc.. bizouuu I love you”

Womenya ko iyo ndirimbo yise “Who i’m” azoyishira hanze kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 12 Ruheshi 2026.

Related posts

Intelligent le Comédien muri Festival Canal Comedy Buja 2023.

Buja Media

Umukuru w’Igihugu yuguruye indwi yahariwe abarundi baba mu makungu.

Buja Media

Burundi: Abayisilamu bahimbaje umunsi mukuru wa Eid el Fitri.

Buja Media

Leave a Comment