InkinoMumahanga

Hansi Flick amenyereza wa FC Barcelone ntiyipfuza ko Messi agaruka muruyo murwi.

Amakuru asizwe ahabona n’ ikinyamakuru c’inkino cemeza ko Hansi Flick umumenyereza wa FC Barcelone yoba atakiriye neza ino nkuru ivuga ivya Lionel Messi yogaruka muri Fc Barcelone, Flick ngo ntiyerekwa isinyishwa ry’umukinyi Lionel Messi.Mugihe hariho amakuru yavuga ko Lionel Messi yoba ashaka kuza muri Barça kuva mu kwezi kwa mbere kubera bo championnat izoba yarangiye kugira ategure neza igikombe c’isi,  ariko Hansi Flick wewe ntavyo ashaka.

Ni mugihe abakunzi nka bose ba Fc Barcelone bari bishimiye igaruka ryakino gihangange ndavuga kirikumwe na Pedri na Dejong hagati mukibuga imbere yabo hari Lamine yamal , Raphinha na Lewando magoal.Messi wenyene ubwiwe muri Interview bamubaza ko yogaruka muri Fc Barcelone yishuyeko vyomuhimbara agasezera neza Carrière yiwe mumurwi binakunze inyuma ya mondiale akigira mukaruhuko.Ndikwibaza nti ninde agiye kumvirwa nindongozi Za Fc Barcelone mbega Messi azinjira Flick ace asohoka Canke bazokumvira Hansi flick uri laporta wokoriki?

Related posts

BrĂ©sil : Carlo Ancelotti yagize urutonde rw’abakinyi azokwifashisha bategura igikombe c’isi 2026, Neymar atarimwo.

Buja Media

Francine Niyonsaba nabo barikumwe baterereye imifuko 68, yubaka ikibuga Intwari.

Buja Media

Ubufaransa na Ukraine bwasinye amasezerano yo kugura indege 100 zo mu bwoko bwa Rafale

Buja Media

Leave a Comment