Umwotsi w’umwirabura waravuye mu mugende mutoyi w’umwotsi w’Ingoro ya Sixtine ku musi wa gatatu ndetse nuyu munsi ugira 2 nk’ikimenyetso cuko ata mu papa mushasha
Ishirahamwe Hope For a Better Future rifandikinije na Khaldun Foundation baratanze intebe amajana abiri (200) kuri Ecofo Nyarusange riri muri commune Rango intara ya Kayanza
Abakaridinali 133 bazotora uwundi mu papa mushasha mu matora azobera ku wa gatatu, igenekerezo rya 7 Rusama, muri bo, batanu baturuka ku mugabane wa Afrika
Ibikorwa vyo gushingurana iteka y’umuhisi Papa Fransisko azoba ku wa gatandatu igenekerezo rya 26 Ndamukiza ku parvis ya Bazilika ya Saint Peter’s mu gisagara ca
Abarundi insinzi barahuriye mu ci Genève mu gihugu ca Suisse bahujwe n’inkino, akaranga n’ ikiyago, ivyo birori vyakoranije na bava mu bihugu 9 ku migabane
Dieudonne Kwizera yasubiye kwizerwa kandi aratorwa irigira 2 ku majwi 21 kuri 23 kugira asubire gutwara ishirahamwe ryo kwinonora imitsi mu Burundi (FAB) mu nama