Joe Biden Umukuru wa Reta zunze Ubumwe bwa Amerika yarahamagaye abategetsi b’ibihugu bicuditse na Amerika nab’umuryango w’ubumwe bw’Ubulaya, ishirahamwe OTAN kugira abahumurize ko igihugu ciwe
Muganga Liduine Baradahana yaciyeko kugira agere aho aba umushikiranganji w’amagara y’abantu Dr Liduine Baradahana ni rimwe mu mazina ahejeje gutangazwa mu bashikiranganji bane bagiye kwinjira
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30/09/2023 mu gisagara ciza ca Bujumbura, bitewe iteka n’icegera ca mbere Umukuru w’Inamanshingamateka Umushingamateka Dr Sabine Ntakarutimana, ibikorwa vy’iterambere
Umutambukanyi ya wa Ali Bongo aheruka kuvanwa ku butegetsi bwa Gabon yagirijwe ivyaha bitandukanye birimwo kunyuruza amafaranga ya reta no gukoresha amafaranga yaronse mu buryo
Isabukuru y’imico n’akaranga ku ncuro igira gatatu iriko ibera i Gitega kuri uyu wa 29 Nyakanga 2023, herekanywe igikoresho (Ampliphone) gifasha mu guhamagarana ata ma