Banzawitonde agiye guhiganwa na Ndayishimiye mumatora ya 2027
Gabriel Banzawitonde niwe yashizwe imbere ngo azoserukira umugambwe APDR-Abanyamahoro mu matora y’Umukuru w’Igihugu ategekanijwe mu...
Gallery
FABLOVE yabwiye abakunzi biwe k’ubukene bw’amafaranga bumurembeje
Umuririmvyi yamenyekanye mumudiho was “RAP” Nshimirimana Fabrice azwi nka FABLOVE yaraye afashe akanya arashimira abakunzi...
Ibintu 10 bihambaye ukwiye kumenya kugikombe c’isi ca 2026
Igikombe c’Isi ca FIFA ca 2026 ni co gikorwa c’in kino kirindiranywe igishika muri iyi...
Faustin avuga ko ivyabaye kubunywero bwiwe ari irempenanya kugira ngo...
Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe Parcem yatanze umuco ku vyerekeye ibigwanisho biherutse gutorwa ku muhana iwe...
Latest News
Banzawitonde agiye guhiganwa na Ndayishimiye mumatora ya 2027
Gabriel Banzawitonde niwe yashizwe imbere ngo azoserukira umugambwe APDR-Abanyamahoro mu matora y’Umukuru w’Igihugu ategekanijwe mu 2027
Kuri uyu wa 28 Ruheshi 2026, Ikoraniro Kaminuza ry’umugambwe APDR , ryemeje Banzawitonde nk’umukandida azowuserukira muri ayo matora.
Inyuma yo gutorwa, yasavye abasirikare n’abapolisi kwitegurira kumucungera umutekano mu gihe yoba atsinze amatora ategekanijwe muri…
FABLOVE yabwiye abakunzi biwe k’ubukene bw’amafaranga bumurembeje
FABLOVE yabwiye abakunzi biwe k’ubukene bw’amafaranga bumurembeje
Umuririmvyi yamenyekanye mumudiho was “RAP” Nshimirimana Fabrice azwi nka FABLOVE yaraye afashe akanya arashimira abakunzi biwe ariko kandi ashima kwisigura...
Ibintu 10 bihambaye ukwiye kumenya kugikombe c’isi ca 2026
Ibintu 10 bihambaye ukwiye kumenya kugikombe c’isi ca 2026
Igikombe c’Isi ca FIFA ca 2026 ni co gikorwa c’in kino kirindiranywe igishika muri iyi misi mike irimbere, Kubera uburyo...
Faustin avuga ko ivyabaye kubunywero bwiwe ari irempenanya kugira ngo afatwe
Faustin avuga ko ivyabaye kubunywero bwiwe ari irempenanya kugira ngo afatwe
Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe Parcem yatanze umuco ku vyerekeye ibigwanisho biherutse gutorwa ku muhana iwe i Kinyami mu Ntara ya...
B-FACE yahishuye ko agiye gukora ubukwe vuba bidatevye
B-FACE yahishuye ko agiye gukora ubukwe vuba bidatevye
Amahirwe ni meshi ko umuririmvyi w’umurundi yamenyekanye cane mumudiho wa ‘Rap’ na ‘Dancehall’, Igirukwishaka Boniface azwi nka B-Face agiye gushinga...
Igikombe c’isi ca 2026: Urukino rumwe rurashobora kumara amasaha Atatu canke arenga
Igikombe c’isi ca 2026: Urukino rumwe rurashobora kumara amasaha Atatu canke arenga
Inkino z’igikombe c’isi cimirije zirashobora guhura n’intambamyi y’ihindagurika ry’ikirere gutyo zikaza ziratangura zitevye canke zigaharikwa m’urukino hagati. Iyo nimwe mu...
N’igiki cihishe inyuma y’abakobwa basama imbanyi inyuma yo kumenyekana m’uruganda rw’imyidagaduro mu Burundi ?
N’igiki cihishe inyuma y’abakobwa basama imbanyi inyuma yo kumenyekana m’uruganda rw’imyidagaduro mu...
Imwe mungingo zinkoramutima zibandanyije kwibazwako, n’ibitigiri vy’abigeme basama inda hakiri kare bakimara kumenyekana muruganda rw’imyidagaduro mugihugu c’uburundi. Ivyo bigatera impungenge...
Prezida Ndayishimiye yahishuye impamvu CNDD-FDD yasubiriye kumwizera
Prezida Ndayishimiye yahishuye impamvu CNDD-FDD yasubiriye kumwizera
“CNDD-FDD kumpitamwo ngo ndabaserukire mumatora y’umukuru w’igihugu n”ikimenyetso c’uko bafise vyinshi banshima kurusha ivyo bangayira” ‎Ivyo n’ivyashikirijwe n’Umukuru w’Igihugu mu...
Sénégal – Égypte: Uguhangana kwa Salah na Mané ninde azagushika muri finale ya CAN2025?
Sénégal – Égypte: Uguhangana kwa Salah na Mané ninde azagushika muri finale...
Igikombe c’Afrika (CAN) ca 2025 kigiye kwinjira mu bitoroshe ariko binezereza abakunzi bu mukino w’amagurur, aho Sénégal na Égypte bahurira...